Abarundi baratanguye kumenyera gukorana n’amashirahamwe y’ubwishingizi bita Assurances. Bivugwa na Joseph Butore, umuyobozi mukuru w’urwego ARCA rujejwe kugenzura ama Assurances. Hari kuri uyu wa mbere aho ARCA yari iramutse itanguza indwi yahariwe ama Assurances. Joseph Butore amenyesha ko n’imyidogo irimwo muri ico gisata, haba kubitura ama Assurances canke abayatwara, igiye guhera kubera ARCA iza iyizi.
Amakuru
24 juillet 2024