Amakuru
6 janvier 2024

Impunzi zitashe vyofasha mu gutsimbataza umutekano (Keffa Nibizi)

Impunzi zitegerezwa gutaha ata ntambamyi. Ako ni akagohe k’umugambwe CODEBU. Keffa Nibizi, arongoye uwo mugambwe, abona ko ivyo vyofasha mu gutsimbataza umutekano mu Burundi. Keffa Nibizi kandi akabona ko Uburundi bwofasha cane mu biganiro mu bihugu buba butumiwemwo kugarukana umutekano.