Amakuru
27 mai 2023

Imbere y’umwaka w’2015, amashirahamwe yigenga yakora neza yisanzuye

Imbere y’umwaka w’2015, amashirahamwe adaharanira inyungu za politike yakora neza yisanzuye, ari na co gituma yakora bigashimwa, agafasha mw’iterambere ry’ubuzima bw’abanyagihugu. Ivyo vyabonekera cane cane mu bikorwa vy’amashirahamwe yigenga n’ibimenyeshamakuru.