Igisata c’uburumyi, igisata c’ingenzi, amagara y’abantu na ntanganguvu vyo mu gihugu ca Maroc ngo bigiye gufashanya n’ivyo bisata nyene vyo mu gihugu c’Uburundi, mu ntumbero yo kwungurana ubumenyi. Bikaba vyamenyeshejwe kuri uno wa kabiri 09/02/2021 na Mohamed Methqal aserukira igihugu ca Maroc mu Burundi, aho hugururwa ibiro vy’abaserukira ico gihugu mu Burundi.
Amakuru
10 février 2021