Abarundi baba hanze bakomoka mu ntara ya Bururi barafasha mw’iterambere ry’intara yabo. Baraterera mu bisata bitandukanye nk’indero, amagara y’abantu, inkino, uburimyi n’ubworozi. Ivyo bivugwa na colonel Léonidas Bandenzamaso, buramatari w’intara ya Bururi. Akaba yabishikirije mu gihe hariko hahimbazwa indwi yahariwe Abarundi baba hanze, yasozerewe ku munsi wa gatandatu.
Amakuru
23 août 2023