Amakuru
11 mars 2023

Igihugu kibuzemwo intwaro ibereye n’izindi ngorane zose ziraza

Intwaro ibereye ku gihugu ni nk’abasoda b’umubiri. Iyo umubiri ubuze abasoda, indwara z’ivyuririzi zica zinjira. Bivugwa na Faustin Ndikumana, arongoye ishirahamwe PARCEM ryishinze gukangurira Abarundi guhindura ingendo. Amenyesha ko no ku gihugu, iyo habuze intwaro ibereye, ingorane zose zica zinjira.