Amakuru
25 juin 2021

Igice c’intahe ya Sévérin Kanjoli

Mu rukurikirane rw’intahe zo mu kiganiro Ayo nabonye gica kuri Télévision Renaissance, uyu munsi mukurikirana igice c’intahe y’uwitwa Sévérin Kanjoli, yacitse kwicumu mu 1972. Muri ico gihe, Sévérin Kanjoli yacitse kw’icumu igenekerezo rya 29 Ndamukiza 1972 mu ntara ya Rumonge.