N’aho hibonekeza imvura mu turere kama dutandukanye tw’igihugu, abanyagihugu bakwiye kumenya ko igihe c’agatasi kitaratangura. Bimenyeshwa na Augustin Ngenzirabona, umuyobozi mukuru w’ikigo IGEBU kijejwe ivy’indimo. Ahamagarira abarimyi kutihutira gutera.
Agriculture
1 septembre 2022
