Amashirahamwe yose akorera mu Burundi akwiye kumenya ko yose ari aya leta. Umukuru w’Igihugu akaba yabivuze kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2022 mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp