Ibiro bijejwe gutunganya ingendo birasabwa gukora bikurikije amategeko yo mu karere. Ivyo ni ivyasabwe na Athanase Ndayiragije, umuyobozi wo gutwara abantu n’ibintu ndengambibe. Hari mu gihe hatunganijwe inama ku barongoye amashirahamwe akorera mu gisata co gutwara ibintu n’abantu mu kirere akorera mu Burundi.
Amakuru
22 décembre 2022
