Ivyo bikorwa vy’iterabwoba bikorwa n’aba civils bahawe ibirwanisho ku nyungu y’akarwi ka bamwe mu batwara igihugu. Frédéric Bamvuginyumvira yahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu akaba arongoye urunani CFOR-Arusha, ariyamiriza ivyo bikorwa vy’iterabwoba agasaba Leta kwaka ibirwanisho ababifise batabifitiye uruhusha, akabona ko iyo yoba ariyo nzira yo kwubahiriza umutekano.
Amakuru
27 mai 2021