Amakuru
8 février 2024

Ibikorwa biruhisha umukenyezi yibungenze amezi atatu ya mbere si vyiza

Umukenyezi yibungenze abwirizwa kwirinda gukora ibikorwa bimuruhisha mu mezi atatu ya mbere. Bivugwa na Augustin Harushimana, umwakirizi w’abakenyezi. Avuga kandi ko vyoba vyiza akoze udukorwa tubayabaye ngo umwana ntazovuke ari umunebwe.