Ibihugu vya Afrika bitegerezwa kugwaniriza hamwe ikiza ca Covid-19. Ico kiri mu migambi nyamukuru umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika mushasha Félix Tshisekedi yishinze. Yabivuze mu nama y’abakuru b’ibihugu b’uwo mugabane mu mpera z’indwi iheze. Akaba azofashwa na Moussa Faki, yatowe ubwa kabiri kurongora inama y’ibihugu vya Afrika.
Amakuru
10 février 2021