International
31 mars 2022

Ibihugu 5 vyo muri Afrika bizoja mu gikombe c’isi kizobera muri Qatar muri Munyonyo 2022

Ibihugu 5 bizoserukira umugabane wa Afrika mu gikombe c’isi c’uyu mwaka w’2022 mu mupira w’amaguru vyaraye bimenyekanye. Ivyo navyo ni Cameroun, Maroc, Tunisiya, Sénégal na Ghana. Ibihugu 32 nivyo bizohiganirwa ico igikombe c’isi c’uyu mwaka mu gihugu ca Qatar.