Amakuru
20 février 2024

Ibiciro vy’igitoro kw’isoko mpuzamakungu bituma ibiciro bihinduka mu gihugu (Ibrahim Uwizeye)

Ibiciro vy’igitoro vyagabanuwe kuri uyu w’Imana itariki 18 Ruhuhuma mu Burundi. Bishikirizwa n’umushikiranganji w’Amasoko ntanganguvu. Ir Ibrahim Uwizeye akamenyesha ko ivyo biciro vyagabanutse kubera ko no kw’isoko mpuzamakungu vyagabanutse.