Kubura umutekano n’ukutavurwa neza kwa muganga biri mu bibazo nyamukuru bihanze impunzi z’Abarundi zahungiye mu gihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo. Bishikirizwa na Léopold Sharangabo, icegera c’uwurongoye Urunani rw’Abarundi baharanira agateka ka zina muntu baba mu makambi (CBDH/VICAR). Asaba ishirahamwe rijejwe impunzi HCR kuvugira n’ugukingira izo mpunzi.
Amakuru
22 avril 2022