Mu gihe umwaka w’ishure w’2023 ushira uw’2024 waraye utanguye, amashure atari make mu gihugu aracahanzwe n’ubukene bw’intebe, aho usanga intebe zigikenewe ziharurwa hagati y’150 n’ibihumbi 4000 bitewe n’amashure. Abarongoye ayo mashure ntibabona neza uko ubumenyi buzotangwa hamwe ibintu vyoguma uko biri uno munsi.
Amakuru
20 septembre 2023