Mu Burundi hariho ibimenyetso vy’indwara ya Corona n’aho ata wovuga ko ari ikiza. Ibi ni ivyashikirijwe n’umushikiranganji w’Amagara y’abantu. Ni inyuma y’aho hari ingwara y’ibicurane imaze imisi yibonekeza mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo Muganga Lydwine Baradahana akaba yabishikirije mu nama nshingamateka ku wa gatanu uheze.
Amakuru
11 décembre 2023