Urunani CFOR-Arusha ruhurikiyemwo abanyepolitike batavuga rumwe na leta, rubona ko igikomeye atari ukwidoga bagiriza aba na bariya, ahubwo igikomeye ngo ni uko hokorwa ikarata y’Uburundi nshasha ijanye n’ubutare, hagashirwaho na politike y’igihugu ijanye no gucukura ubwo butare.
Amakuru
19 juillet 2024