Harageze ko amakungu yose, uhereye ku bihugu vya Afrika, bahindura imvugo ku vyerekeye Imbonerakure. Ni vyo umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Révérien Ndikuriyo, avuga ahamagarira urwaruka rw’Imbonerakure. Hari kuri uyu w’Imana aho hariko hahimbazwa umunsi wahariwe Imbonerakure mu gihugu i Gitega. Ku bwiwe, ngo abantu bakwiye gusanga incabwenge, abahinga, abaganga, bose ari Imbonerakure
Amakuru
29 août 2022