Amakuru
4 janvier 2021

FOCODE iriyamiriza ubwo bwicanyi bwabaye ndanse mu karere kamwe kandi buhitana abanyagihugu ataco bazira

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu FOCODE ririyamiriza ubwo bwicanyi bwabaye ndanse mu karere kamwe kandi buhitana abanyagihugu ataco bazira. Umushingwamanza Janvier Bigirimana, umunyamabanga mukuru wa FOCODE, abibonamwo ingaruka mbi z’ukudahana vy’akarorero abakora ayo mabi. Agahamagarira abategetsi b’Uburundi kurushirizaho gukingira abanyagihugu n’uguhana abakora ayo mabi.