Témoignages
25 septembre 2021

« Faustin ntiyarenze mu Kirundo. Twasubiye kumubona ku mafoto, bamuhohoteye, banamuzuye inzara. »

Faustine Murekatete arigana ukwo babuze amakuru ya musaza we Faustin Gashema, yabuzwe irengero mu Burundi, mu nyuma baronka amasanamu yerekana ukwo yahohotewe, kandi ntibamenya n’iyo bamuhamvye.
Faustine Murekatete raconte comment ils ont perdu la trace de son frère Faustin Gashema au Burundi. Plus tard, ils ont reçu des photos démontrant qu’il avait été torturé. Ils n’ont jamais su où il avait été enterré.