Témoignages
17 juillet 2021

Extrait du témoignage de Lydia Ininahazwe-Sentamo / Igice c’intahe ya Lydia Ininahazwe-Sentamo

Lydia Ininahazwe-Sentamo est une rescapée de 1993. Des membres de sa famille ont été massacrés en province Karusi au centre du Burundi, après la mort du président Melchior Ndadaye.
Lydia Ininahazwe Sentamo yacitse kw’icumu mu 1993. Benshi mu muryango wiwe barishwe urw’agashinyaguro mu ntara ya Karusi, inyuma y’igandagurwa ry’umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye.