Evariste Ndayishimiye ngo ntarota yidohora ku Burusiya. Ngo Uburundi buzokwama bushigikira ico gihugu. Yasubiye kuvyemeza mu ndwi iheze mu nama yahuje abakuru b’Ibihugu vy’Uburusiya na Afrika i Saint Petersburg. Evariste Ndayishimiye akaba ashimira Uburusiya kuba bwagumye bushigikira Uburundi igihe Uburaya bwari bwabufatiye ibihano.
Amakuru
2 août 2023