Ngo hariho abatanguye kuvugako umukuru w’ igihugu Evariste Ndayishimiye azocika inkokora mu kurondera kumenya amakosa y’abategetsi . Evariste Ndayishimiye niwe ubwiwe yavyivugiye ku wa 05/02/2021 igihe hahimbazwa umunsi mukuru w’ubumwe bw’abarundi. Evariste Ndayishimiye akaba yaranagirije indongozi ziri musi yiwe ko zitamufasha kurangura imirimo neza.
Amakuru
9 février 2021
