Abategetsi b’Uburundi bahamagarirwa kunyurwa n’ivyo batunze, bakanasangira n’abandi ku musesekara baronka. Akamo gaterwa n’umukuru w’Igihugu mu masengesho yo gusozera igikorane co gushimira Imana ku myaka itatu amaze ku butegetsi. Evariste Ndayishimiye abasaba kwiyumvira imigambi ijanye n’ibikorwa bifitiye akamaro igihugu n’abandi Barundi bakaharonkera akazi.
Amakuru
27 juin 2023