Ipfungwa rya Keffa Nibizi, umukuru w’umugambwe CODEBU, ryerekana ko mu Burundi demokarasi yagiye akagirire. Bivugwa na Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye urunani CFOR-Arusha. Urwo runani rugahamagarira Abarundi guhaguruka bakagarukira demokarasi.
Amakuru
19 octobre 2023