Syndika y’abarimu CONAPES yarahimbaje imyaka 25 iheze ivutse. Muri ico kiringo cose, ibibazo bimwe bimwe vy’abarimu vyaratorewe inyishu, ariko hari n’ibindi bikigoye gushika uno munsi. Emmanuel Mashandari, arongoye CONAPES, akaba atanga akarorero nk’ibijanye n’ugukuraho ubusumbasumbane bw’imishahara mu barimu.
Amakuru
8 juillet 2021
