Urunani rwa politike CNARED-Giriteka ruriyamiriza inyandiko zitagirako umukono zibandanya gukwiragizwa haraheze iminsi, zuzuyemwo amajambo avyura urwanko hagati y’Abahutu n’Abatutsi. Ku bwa Onésime Nduwimana, umunyamabanga nshingwabikorwa akaba n’umuvugizi w’urunani CNARED, ubwo butumwa bwemeza ko urwo runani rwashinzwe n’umuhisi major Pierre Buyoya butangwa n’abari mu mugambwe CNDD-FDD.
Amakuru
16 août 2024