Icagoranye gusumba ibindi mu biganiro vy’i Arusha kwari kwumvisha igisirikare ko inzira y’ibiganiro ariyo nzira nziza. Uwahoze ari umukuru w’igihugu Petero Buyoya yabibwiye Iradiyo y’Abafaransa RFI mu mwaka w’2012. Uwo yatanguje ivyo biganiro, yanamenyesheje kandi ko impande zose baba abahutu canke abatutsi babanje kwinuba iyo nzira y’ibiganiro.
Amakuru
23 décembre 2020
