Umuhari INAMAHORO w’abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano mu Burundi urahoza abarundi n’umuryango w’uwahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Buyoya. Ariko uwo muhari Inamahoro ukababazwa n’agacerere ka leta y’uburundi kur’urwo rupfu kandi ari Uburundi bwabuze uwaburongoye. Marie Louise Baricako, arongoye umuhari Inamahoro.
Amakuru
23 décembre 2020
