Abantu bariko barakura bategerezwa kwirinda ibibatera indwara y’umutima bita AVC kuko uko umuntu akura ari ko vyoroha ko ayandura, n’aho n’abana bishika bakayirwara. Bisigurwa na muganga w’umuhinga avura indwara z’umutima Joris Nzisabira. Iyo ndwara ikaba iterwa n’ibintu vyinshi bitandukanye. Ariko kandi agahumuriza ko iyo ndwara iyo ivuwe kare ikira.
Amakuru
22 décembre 2023
