Petero Buyoya, ku ntwaro yiwe, ngo yagiye ararangwa n’ibikorwa vy’amahoro no kunywanisha abarundi. Ivyo biri mw’itangazo ry’Ishirahamwe Ligue ITEKA ryo kur’uno wa kabiri ryo guhoza umuryango n’abarundi. Anschaire Nikoyagize, arongoye umuhari Iteka, arongera akavuga ko nyakwigendera Petero Buyoya yaranzwe n’ugukuraho ubusumbasumbane hagati y’abanyagihuguku haba mu ntwaro no mu mashure.
Amakuru
23 décembre 2020
