Amakuru
19 février 2021

Amakuru yo ku wa 19 Ruhuhuma 2021

► OMCT na FIDH birasaba ko ubutungane bw’Uburundi bwokwisubirako inyuma y’urubanza rwaciriwe abagirizwa gushaka guhirika ubutegetsi mu mwaka w’2015;
► MAP Burundi Buhire ntishimishwa n’ingene ikiza ca Corona kiriko kirarwanywa.