Amakuru
15 juillet 2021

Amakuru yo ku wa 14 Mukakaro 2021

► Gukomeza umutekano ku mipaka isangiwe n’Uburundi na Congo ni kimwe mu vyaganiriwe n’abakuru b’ibihugu Evariste Ndayishimiye na Félix Tshisekedi;
► Abantu bashika batatu nibo bamenyekanye ko bagandaguwe mu ndwi iheze (Ligue Iteka).