Amakuru
9 mars 2021

Amakuru yo ku wa 09 Ntwarante 2021

► Ubutungane nta kintu burerekana gihuza abagandaguye Thierry Kubwimana be n’umupfasoni wiwe Christa Kaneza (Joselyne);
► Abakenyezi 3 bishwe, uruyoya rwatowe ari ikiziga, umukobwa w’imyaka 16 yafashwe ku nguvu (Icegeranyo MFFPS).