Amakuru
4 mars 2021

Amakuru yo ku wa 04 Ntwarante 2021

► Urunani CAJ ruriyamiriza urubanza ruherutse gucirirwa bagenzi babo b’abamenyeshamakuru b’abarundi bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi;
► Umugambi Covax ubandanya ukwirakwiza incanco zo kwikingira ikiza ca Covid-19 muri Afrika.