► Abantu 3 barishwe, abandi 3 barakomereka baguye mu mutego w’abitwaje ibirwanisho bategereye imodoka yo mu bwoko bwa TI barimwo;
► FOCODE iriyamiriza ubwo bwicanyi bwabaye ndanse mu karere kamwe kandi buhitana abanyagihugu ataco bazira.