► Abaherutse gucirirwa urubanza rwo guherayo baratangaye cane kubona ata mushingwamanza n’umwe yemera kubaburanira (Armel);
► Abajejwe intwaro bakwiye kuba maso kugira amafaranga atozwa mu matagisi ashike mu kigega ca Leta (Évariste).