► Uhuru Kenyatta yaragenwe kugira arongore umuryango w’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko;
► Amabohero ya Muramvya, Gitega na Rutana aratungwa agatoki n’ishirahamwe ACAT-Burundi mw’ihonyangwa ry’amategeko ajanye n’ukuvuza abapfungwa.