Amakuru
17 mai 2022

Amahoro mu Burundi azoca mu biganiro bihuza bose

Ibiganiro ni vyo vyonyene bishobora kugarukana icuka ciza ca politike, nayo inzira yo kwiba amatora ikorwa n’ubutegetsi bwa CNDD-FDD ntaho ishika. Ivyo biri mw’itangazo ryasohowe n’umugambwe MSD kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 16 Rusama 2022.