Leta iriko iritegurira gukora rusansuma nshasha y’abanyagihugu. Hakaba hakenewe amafaranga imiliyaridi 75. Bimenyeshwa na Pierre Claver Manirakiza, umuyobozi ajejwe ubuhinga mu kigo ca rusansuma. Ariko akavuga ko hakiri inzitizi nyinshi kugira ubwo buryo buboneke.
Amakuru
12 octobre 2022
