Umuririmvyi w’umunyarwanda Bruce Melodie arapfunzwe icamaso mu Burundi kuva ku munsi wa gatatu igenekerezo rya 31 Myandagaro. Aho yari yashitse uwo munsi nyene agiye kuremesha ibiteramo vy’umuziki bitegekanijwe ku magenekerezo ya 02 na 03 kuno kwezi kwa Nyakanga. Yagirijwe n’igipolisi kwiba amafaranga akoresheje ubwenge.
Amakuru
2 septembre 2022