Amakuru
9 décembre 2022

Akarere kose ka EAC karakwiye gufasha kugira ingingo ya sentare yayo ishirwe mu ngiro

Akarere ka Afrika y’ubuseruko karazi neza ko inzego zirongoye Uburundi zagiyeho bidaciye mu mategeko. Bivugwa na Léonidas Hatungimana, arongoye umugambwe PPD-Girijambo. Ni inyuma y’aho PPD, CFOR-Arusha na MAP-Burundi Buhire barungikiye urwandiko umukuru w’akarere ka EAC, Evariste Ndayishimiye, bamusaba gukurikiza iyo ngingo.

Ikiganiro cose ku rubuga https://telerenaissance.info