Ukutumvikana hagati y’impande z’abarwanya Rwasa n’abamushigikiye kubandanya kwiyunyura. Abiyonkoye Rwasa bageze aho batanguye kugena abarongora inzego, na yo abamushigikiye bakabwira abo bandi ko bohitamwo ahubwo kureka politike bagakora ibindi.
Amakuru
16 août 2023