Amakuru
25 janvier 2023

Abivye amatungo ya leta basabwa kuyasubiza ku gushaka kwabo

Abantu bose bafise amatungo y’igihugu banyuruje ni barabe bikubite agashi bayasubize mu kigega ca leta. Vyashikirijwe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu masengesho yateguwe n’umugambwe CNDD-FDD mu ntara ya Gitega. Umukuru w’Igihugu atunga agatoke cane cane abantu batwaye amafaranga y’igihugu ikibonane.