Abantu bose bafise amatungo y’igihugu banyuruje ni barabe bikubite agashi bayasubize mu kigega ca leta. Vyashikirijwe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu masengesho yateguwe n’umugambwe CNDD-FDD mu ntara ya Gitega. Umukuru w’Igihugu atunga agatoke cane cane abantu batwaye amafaranga y’igihugu ikibonane.
Amakuru
25 janvier 2023