Amakuru
27 juillet 2021

Abegwa n’igisata c’indero mu Burundi bakwiye gukora ibikenewe vyose bakijukira umugambi wa REAMOOC

Umwigisha muri za kaminuza Libérat Ntibashirakandi arahimiriza kandi abo bose begwa n’igisata c’indero mu Burundi gukora ibikenewe vyose, bakijukira uwo mugambi wa REAMOOC kuko ushobora kugarukira igisata c’indero gisanzwe kigeze ahatemba mu Burundi.