Abategetsi b’Abarundi barasabwa kwerekana ivyo vyatunze kugira ejo ntibaze bagirizwe kunyuruza amatungo y’igihugu. Ako ni akamo k’umukuru w’igihugu yemeza ko ubu impapuro zo kwuzuza zabonetse. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp