Abasirikare b’Abarundi barafise uburenganzira bwo kwanka kuja kurwana muri Congo. Bivugwa na Epitace Nshimirimana, umuvugizi w’umugambwe utavuga rumwe n’ubutegetsi MSD. Ico bari bakwiye gukora ahubwo ni kurwanira igihugu cabo kigeze ahatemba. Epitace Nshimirimana yibutsa abasirikare ko bigishijwe gukingira no kurwanira igihugu cabo.
Amakuru
13 juin 2024